vimmbox.com
Bazopfungwa ubuzima bwabo bwose
Abanyamerika babiri Turpin n'umukenyezi wiwe Louise bava muri Leta ya Carfornia bagiye gupfungwa ubuzima bwabo bwose bagirizwa guhohotera igihe kirekire abana babo cumi na batatu.