magaratimes.com
Vital’O FC: Youndé aremera ko hariho agahaze ku busatirizi bwiwe.
Umumenyereza wa Vital’O FC aremera ko hariho agahaze ku busatirizi bwuyo murwi bivanye nuko ata bitsindo vyinshi umurwi wiwe utsinda. Jean Gilbert Kanyenkore batazira Yaoundé avuga kandi ko ari bim…