magaratimes.com
#Burundi #Belgique #Football: Saido Berahino yatanguye neza muri Zulte Waregem!
Saido Berahino kizigenza w’Intamba Murugamba yaraye yinjirije umurwi wiwe mushasha wa Zulte Waregem igitsindo kimwe muri bibiri ku busa (2-0) Zulte Waregem waraye utsinze umurwi wa Genk mu ru…