magaratimes.com
#Burundi #Football: Aigle Noir ihejeje gutahuka igikombe ca Super Cup.
Umurwi wa Aigle Noir The Fighters uhejeje gutsinda umurwi wa Rukinzo FC ibitsindo (2-0) murukino rwa Super Cup rwabereye i Gitega ku kibuga Ingoma mu gikombe gihuza imirwi yatahukanye ibikombe mu B…