magaratimes.com
Aigle Noir C.S: Joslin Bipfubusa yashize ahabona urutonde rw’abakinyi 11 agiye gutanguza mu kibuga murukino rugiye kubahuza na Flambeau Du Centre.
Mu masaha abiri y’imbere asigaye kugira ngo ahure na Flambeau Du Centre ku kibuga Ingoma mu ndwi ya kabiri ya Primus Ligue, Umumenyereza mukuru wa Aigle Noir C.S, Joslin Bipfubusa amaze gushi…