magaratimes.com
#Burundi: Ubuyobozi Bwa Kaminuza Yitiriwe Ikiyaga Tanganyika Bwafashe Ingingo Yo Gufuta Umwaka w’Ishure wi 2016-2017 Mu Mwaka Wa 2 Mu Gisata c’Ubutunzi.
Ubuyobozi bwa kaminuza yitiriwe ikiyaga Tanganyika bwafashe ingingo yo gufuta umwaka w’ishure wi 2016-2017 kuba nyeshure 46 harimwo babiri birukanywe burundu bo mu mwaka wa 2 mu gisata c’ubutunzi…