lejournal.africa
Ng’ibi ibintu bitanu dukwiye guhinyanyura mu mupira w’amaguru – LE JOURNAL.AFRICA
Hambavu y’ivyavuzwe vyatumye Uburundi butaha zirayoye mu mahiganwa ya #CAN2019, hari n’ibindi vyinshi bibangamiye ico gisata. Si ivy’imbeshere ; ubukene bwugarije imigwi y’umupira w’amaguru mu Burundi burafise uruhara runini mu ngorane zishikira ico gisata. Ni nayo ntandaro yo gutsindwa mu nkino mpuzamakungu. Ariko rero, si ico gusa. Hari n’ibindi vyinshi bigaragara...