lejournal.africa
Itabi : «iyo menya» – LE JOURNAL.AFRICA
Ejo bundi, hari uwuheruka kwandika kuri runo rubuga yigana impamvu zituma abantu baguma banywa itabi kandi batayobewe ububi bwaryo. Yanyibukije vyinshi kw’itabi ; ngira ndabaganirire ayo nariboneyeko. Ni mu kwezi kwa ruheshi, umwaka w’2008, jewe n’umugenzi wanje dukwije imyaka 18 ; igihe co kwiyumva ubusore kirageze. Akenshi, mu masaha y’umuhingamo, bugingo twavuye...